Ultra Studio
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ultra Studio, Photographer, Burundi, Gitega.
17/03/2026
Ubuzima rimwe na rimwe buraryoshwa nicibutso kandi icibutso niwe ukigena, ehe fata akanya nawe uze mur Ultra Studio o ubike icibutso cawe😍
Ndabibutse ko no kubafise imanza zitandukanye mwoshobora kwitura ikabibafashamwo mwifuza amasanamu meza cane karibu gose duhari kubwanyu.
_Diplôme,Anniversaire, Dot et Marriage karibu cane gose
Tel 68336531 ou 65720130
12/03/2026
Ehe babana banyu ingene baba batesa bishikiye mubwami bwa Ultra Studio
Nawe umwana wawe arakwiriye aga souvenir nkaka kuko ngo ata photo ntacabaye😍
Kaze mwese kubifuza ama photo meza yaba ayimanza zitandukanye cank photo studio
Ultra studio ikorera Bwiza Av 1 no 48
Tel 68336531 ou 65720130
06/03/2026
Ultra Studio
The way, rero ukuntu uwo mwana wawe ari mwiza san ariko ukamubanira kuza kumufotoza ubundi mushaka abana banyu bakure nkabakuriye muntambara? hamwe atavyibutso vyama photo meza bazogira? Rega ubu mwese muri abasirimu kuko ahar amahoro umuhoro uramwa
So karibu cane rero tubibafashe dukorera aha mu Bwiza kurya 1 no 48
Tel ni 68336531 ou 65720130
Kand aga couplé ka bien harabamwo promotion mukwifotoza
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Culinary Team
Attire
Contact the business
Telephone
Website
Address
Burundi
Gitega
00000