BIKO NET TV
Menya amakuru ukeneye vyoroshe
24/05/2026
✅🔵⚪ OFFICIEL : Aba bakinyi barangije LaLiga aribo bambere uno mwaka mumice itandukanye :
✅ Lamine Yamal yaraye arangije ihiganwa ariwe mukinyi atanze imipira myinshi yavuyemwo ibitsindo.
Lamine Yamal, muri LaLiga yatanze imipira yavuyemwo ibitsindo 11. 🔥
✅ Kylian Mbappé, yarangije ihiganwa ariwe mukinyi atsinze ibitsindo vyinshi.
Kylian Mbappé, yatsinze ibitsindo 25 ino sezo. Umwaka uheze, yagatwaye atsinze ibitsindo 31.
✅ Joan Garcia arangije ihiganwa ariwe munyezamu yitwaye neza kurusha abandi bose.
Ino sezo, munkino 45 Joan akinye munkino zose, yinjijwe ibitsindo 42 gusa, inkino 18 zose ntagitsindo yinjijwe.
Muri LaLiga, Joan Garcia ntiyinjijwe igitsindo munkino 15, muri 30 zonyene yakinye.
23/05/2026
🛑🚨⚠️ MBEGA UMUKINYI WEWE! Harry Kane yatsinze HAT-TRICK muri finale ya DFB Pokal ahesha FC Bayern Munich igikombe c’Ubudagi 🤯🏆🔥
Uwo mupfumu w’ibitsindo amaze gushika ku bitsindo 61 muri iyi sezo mu mahiganwa yose ari kumwe na Bayern 😳⚽
Niwe mukinyi wa mbere i Buraya ash*tse kuri iyo mibare kuva muri saison ya 2014-2015 igihe Cristiano Ronaldo yabikora 🔥🐐
Ata gukekeranya, Harry Kane ari mu ba NUMBER 9 beza cane iyi generation yigeze kubona 👏🏴✨
Take a bow, Harry Kane 🙇♂️🔥
Click here to claim your Sponsored Listing.