Build And Engineering Multiservices BAEM
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Build And Engineering Multiservices BAEM, Construction Company, Gitega, Gitega.
06/02/2026
06/02/2026
N'hésitez pas de nous contacter contacter pour tous les projets de construction ;
NOS SERVICES :
*plan de 2D et 3D
*Étude et dimensionnement
*Calcul des dévis
EX*****ON
*Gros oeuvres
*Second oeuvre
*Installation électrique
*Installation sanitaire
*Finition
RÉHABILITATION ET EXTENSION
RÉNOVATION
C'est dans votre,notre société des constructions BUILD AND ENGINEERING MULTISERVICES
Soyez les bienvenus;
Vous m'aviez dit et nous avions vous écouté.
22/11/2025
Build And Engineering Multiservices(B.A.E.M) mubikorwa vya Renovation et Rehabilitation mugisagara ca Gitega
07/11/2025
Turabahaye mwiriwe canke mwaramutse bivanye naho mukurikira urubuga rwacu muherereye ku bari mu Burundi ndetse no hanze y igihugu c 'uburundi
Twipfuje kubasangiza amasanamu ya bimwe mubikorwa ishirahamwe ry ubwubatsi nibindi bijana (Build And Engineering Multiservices)
Namwe turabahaye ikize tububakire inyubakwa nziza kandi zigezweho
(Build And Engineering Multiservices)
09/05/2025
B.A.E.M (Build And Engineering Multiservices) ishirahamwe ryanyu ryubwubatsi .
Turamutse dushira ahabona umugambi wubwubatsi twatunganirije uwatwituye ninyubakwa igeretse rimwe ikaba igizwe nibi:
Munzu yohasi tuhasanga:
-2barzas
-salon + SAM
-cuisine + stock
-parking
-chambre + S DE B
- boyerie
Munzu igeretse (étages)
-barza
-3chambres imwe yose nubwiherero bwayo hamwe nubwogero
-salon sejour
Tubibutse ko muvyo turangura
-dutunganya ibicapo vyamazu yubwoko butandukanye
-ivyirwa vyayo
-kumenya ibikoresho hamwe nuburyo inyubakwa izotwara(dévis)
-kwubakisha
-nibindi bijanye ninyubako
Ukeneye kumenya vyinshi tuvugishe kur :+25768354513 et +25768902247
Tube heza hamwe na B.A.E.M
04/01/2025
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Culinary Team
Attire
Telephone
Website
Address
Gitega
RUE SPORT GALLERIE N 15B