Grace Digital Lab

Grace Digital Lab

Share

Ideal if you want minimalist
đź’» Web3 | Crypto | Digital
Learn & earn online
Premium content for creators

16/04/2026

Inkuru nziza cane ku ba Pionniers bose ba Pi Network! 🎉

Pi Core Team ihejeje kumenyesha yishimye cane ko abarenga imiriyoni 18 z’aba Pionniers ubu barangije kugenzurwa imyidondoro yabo (KYC).

Iki gitigiri kirangaje kuko gitandukanye n’imishinga myinshi ya crypto yongera ifise abayikoresha benshi bakoresheje konti zitagenzuwe ngo zikorerwe KYC, Pi Network yubaka urubuga rwayo ishingiye ku bantu nyabo bagenzuwe neza. Iri ni iterambere rirakomeza cane:

Umutekano n’icizere mu bijanye n’amafaranga ngurukanabumenyi ya pi
🚫 Kugabanya konti z’ibinyoma n’ubusuma (spam)
🌍 Kwizerwa ku rwego rwo kwakirwa cane mu butunzi nyabwo

Kubera uru rufatiro rukomeye rw’abarenga imiriyoni 18 bagenzuwe, Pi iri mu mishinga yizewe kandi yegamiye ku bantu kurusha iyindi mu bijanye n’amafranga ya crypto.

Ejo haza ha haratanga icizere kinini cane!
Tubandanye kwihangana, kugendera kumategeko no kuguma dukora cane. Amateka ariko arandikwa.

16/04/2026

na : Guhuza token Pi mu kuriha birashoboka?

Amazon ifise urubuga rwayo rwa blockchain rwitwa AWS Managed Blockchain, rufise ubushobozi bukomeye kandi bushobora kwagurwa. Naho Amazon itarakira neza amafaranga ya crypto mu kwishura ibidandazwa vyayo, ubu birashoboka gukoresha crypto biciye ku bandi bafasha (third parties) nka Bitrefill canke Gyft.

Ku rundi ruhande, iri mu ntambwe ikomeye cane: iriko iranagura protocole yayo, aho itegekanya gushira ahabona smart contracts zayo za mbere, ubu ziriko ziragenzurwa n’abagenzuzi bigenga (independent auditors). Ibi bijanye n’iterambere riri mu rwego rw’amafaranga ya crypto kw’isi yose kandi bifungura inzira nshasha zo kuyakoresha mu buzima busanzwe.

Ikindi gihambaye ni uko Pi Network yashoboye guhinduka iva ku buryo bwo gucukura (mining) hakoreshejwe telefone igaca iba Mainnet Token, ivyo bikaba vyatumye haba ugusangira neza kandi mu muco kw’iyo crypto kurusha izindi nyinshi.

Kubera ico, hamwe n’iyerekwa ryo kuba uburyo bwo kwishura ku rwego mpuzamakungu (transfrontalière), gushira Pi mu buryo bwo kwishyura bwa Amazon bisa n’ibishoboka mu vy’ubuhinga kandi bihuye n’iterambere ry’igihe kirekire.

Ariko rero, gushika ubu nta tangazo ryemewe na Amazon rirashirwa ahabona. Ibi ni ivyiyumviro bishingiye ku majambere ariko arabera mu vy’ubuhinga.

Mwebwe mubibona gute?Guhuza Pi na Amazon vyoshobora kuba intambwe ikomeye mu gutuma ikoreshwa cane kw’isi yose?

16/04/2026

Raba uko wokorera mis Ă  jour des applications icarimwe kugira wirinde iziguherana utabizi, ex: Whatsapp.

15/04/2026

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Chris Hakim, Pean Claude Irakoze, Eric Vianney Nininahazwe, Diomède Irakoze, Tuyisenge Alfred, Jean Baptiste Tunezerwe, Dj-boston Mpawenayo, Yves Murinda, Bosco Ndayiragije, Rémy Ndayisenga, Sibomana Fifa Fagason, Faveur Faveur, حبي حبي, Mugisha Clovis, Georges George Irakoze, Methode Habonimana, Cédrick Amis Manirampa, Eric Ndayikeza, Ezechiel Nsengiyumva Nyeshahu, Euphrem Niyonkuru, Gustave Flaubert, Nizigiyimana Fabrice, Saidi Swalehe, Kamil Kamy Kaline, Jean Marie Misigaro, Juvenal Ndayisaba, Nduwimana Celestin Hp-pc, Wibes Bedier, Javid Sabawoon, Ir Nkurunziza Félix, Nakintije Désiré, Juk Ndayi, Ag Own, Elyse Nishimwe, Bruce Mulenda Kanyengoro, Reverien Ndikuriyo, Clodette Niyonkuru, Dieudonne Ngendakumana, Patrick Gatore, Faraçoi Irankunda, Jeandedieu Arakaza, Silas Sjlks Sisi NIjimbere, Bruce Fãntöm, Alaise Niyonkuru, Coulibaly Abou Sidik, Niyongabo Viateur, Roger Havyarimana, Jean Baptiste Bigirimana, Rhinocéros Jean Ronsard, Jean Bosco Nkurunziza

Want your business to be the top-listed Media Company in Rohero?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Address


Rohero