Katar Simon Daniel
Gospel 🌎 🎤🎵
21/05/2026
Ninde yabwiye Bonnke Anglicano ko Burunga Talent Demonstration ari Takataka??
Ni Bonnke Anglicano ubona ko atishimiye na Gato Umuntu ashobora Kuba Yamubariye nabi kubijanye na Burunga
Ninde mwansi w'iterambere??
Hoba habaye iki??
fans Ézéchiel Lavezzi Faraday key
Burunga Talent Demonstration
Mega Gospel Festival
fans Ézéchiel Lavezzi Dusenge Alice Minister Inyishu TV Fiston Ngabo Faraday key Ngenda donathe official Youth And Word
18/05/2026
Hariya Murumonge Muri aba Nibo bantu 11 Bashoboye Gushika Mugice Canyuma (Final)
Tubakeze cane
fans Ézéchiel Lavezzi Dusenge Alice Minister Inyishu TV Fiston Ngabo Eric Kwizerimana Faraday key Youth And Word Bonnke Anglicano Ngenda donathe official
06/05/2026
Hello Fam Helloo Fam
Umuririmvyi akaba n'Umwanditsi windirimbo mpimbaza Mana yabateguye igiteramo ciswe " "
Twobamenyesha kandi ko asanzwe afise urukurikirane rw'indirimbo ariko arakora rwitwa " "
Ico giteramo kikaba gitegekanijwe kuma genekerezo ya 14/06/2026 kuva isaha 15h00 i Bujumbura -Kanyosha haruguru ya ecofo busoro kumadarete aho ishengero rya rikorera.
Muhawe ikaze Mwese kwifadikanya natwe muri Ivyo bihe bidasanzwe
https://youtu.be/43DaQ8-rbWg?si=qGduzA9EdpRWKPJg
fans Ézéchiel Lavezzi No Parking Tv Burundi Dusenge Alice Minister Inyishu TV
20/04/2026
🇧🇮 ✨🔥 DEEPER PRAISE 🔥✨
kuncuro igira kabiri ishimwe ryimbitse riragarutse,ibihe bidasanzwe aho icubahiro c’Imana kigaragara muguhimbaza tuvuga ubukuru bwayo 🙏🏾✨akaryo akeza koguhura n'Imana dushima kuvyo yadukoreye nivyo ikomeza kudukorera,umwanya udasanzwe w’
ishimwe no gusenga no kuba mu bwiza bw’Imana
Ni Samuel niko umuririmvyi windirimbo mpimbaza mana wo muntara ya gitega yaduteguriye 🎶 Ishimwé Ryimbitse si igiteramo gusa… ni umwanya woguhura n’Imana.
Ni kwigenekerezo rya📅 03 RUSAMA 2026 igihe cisaha⏰ (16h00) Mukibaza ca📍 Eglise Evangélique des Amis de Kwibuka
🎤 Akazoba ari kumwe na: AROMA OF CHRIST TEAM
♥️Umutima ni wawundi, impwemu ni yayindi,ikirere no cakindi nyene👋
🗣️ Ntuzoze wenyene… 🎉urazana n’abandi🙌
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
Rumonge