Ama200

Ama200

Share

Impano yanje ihari kugira ikuze gwawe
Ama200: Bringing stories to life.🎥
Breaking news, bold stories, Ama200.📰

Photos from Ama200's post 15/07/2026

😉 ndagize Mwiriwe neza kandi ⁉️ Aha Nta Kantu Mubona !!! Ndabafitiye Agakuru Keza 🔥 Tumanze Dukwize 1k Likes na 100 Comment 🙏 Ndazi Muraza Kunshimira ❤ hama Chr Wanje Nyetinda umenyeko ndagukumbuye

11/07/2026

Jewe Ama200 nimba U*i kuraba neza nduwuhe murabo ?

07/07/2026

Ibi Wewe warubiziko ufise uwundi musa ukonyene Kandi ataco mufana ?

05/07/2026

Umuntu ash*tse munyishu nigobwa ategerezwa gusa neza.mweho ntimuvyibonako ? Nyetinda hangwe abandi bana batanguye kumbona ry'iza Uyu we asizeko 300K kuri Lumicash yanje 🤦🏽🤦🏽 aha nzangira nemere canke ndayamusubize ndindire agwawe

Nimumfashe yemwe ndayasubize ndindire aya Chr ?

05/07/2026

Nyetinda chch wabonye abandi bana uko Bimeze ?

Telephone

Website