Cartier Tank

Cartier Tank

Partager

░█░░█▀▀█░█░░█░█▀▀█
▄█▄░▄▄▄█░█▄▄█░░▄▄█
▀█▀░█▀▀▀░▀▀▀█░░▀▀█
░█░░█▄▄█░░░░█░█▄▄█
Story fupi kutoka seven hero

23/05/2026

🇧🇮🔥 Yipfuzako Amutera Akamuvyarira Umwana Ngo Kuko Kano Kanya Atawundi Muhungu Abona Yoshobora Kuvyarana Nawe 🙄

Yitwa Kezak Umwe Mubigeme Bariko Baravugwa Cane Kumbuga Bivanye Namajambo Ariko Aravuga Hirya Nino , Uwumwigeme Amazimisi Avugako Akunda Cane Umuririmvyi Madiba Tha Classic Ndetse Akavugako Azokora Uko Ashoboye Akamuronka 🙆‍♀️ Ihangiro Ryiwe Ngo Yonezererwa Cane Avyaranye Na Madiba Ngo Kuko Kugeze Aka Kanya Atabona Uwundi Muhungu Yumva Yovyarana Nawe 🤦‍♀️🙇‍♀️

Nkumukunzi W' Umuziki Ndundi 🇧🇮 Harico Wohanura Uyumwigeme? Hoho Ubona Bizoshika Akaronka Unomusore? 🙄🙌

Harimpanuro Mwoha Unomusore Nubwo Ataco Arabivugako?

23/05/2026

Camera man ukisha piga picha toka hapo uende wacha kushinda ukiuliza eti hii imetokea aje ? Night poa wangwana🙏

23/05/2026

🇧🇮 namwe muvyubahiro vyanyu nkuko mwafashe akanya mukigora mukambika uyumwambaro wanyu ndetse akabarinkuwigihugu twizere ko mwamusiguriye uko canke uko yitwara ko ategerezwa kugira indero runtu munyifato no mumvugo akubaha abamuruta ndetse nabaruta akaba akarorero keza mubandi aho akosheje canke yigenje nabi mumuhanure bibaye nkombwa mumugorore. ntarandiriye nkinkerebutsi mwakurikiye ico nashatse kuvuga 🙏🙏

28/04/2026

Avec Nyorobi Comedia – Je figure pour la première fois sur sa liste des interactions hebdomadaires en faisant partie de ses followers les plus actifs !

Vous voulez que votre personnage public soit Personnage Public la plus cotée à Baraka ?
Cliquez ici pour réclamer votre Listage Commercial.

Site Web

Adresse

🅕🅘🅩🅘
Baraka
SEVEN

Heures d'ouverture

09:00 - 17:00