Poutine burundi

Poutine burundi

Share

Poutine Burundi page official de poutine au burundi visit www.poutineburundi.blogspot.com

Photos from Poutine burundi's post 26/10/2025

🛑trump ashaka umubonano na kim ariko ngo yaramublotse ku phone 📞 🤣barinda guca muri presidence yubushinwa

🛑trump iyo umunaniye acagusaba umubonano donald trump inyuma yokubona intererano ya kim kuburusiya mugufatanya guhangana nabanyamerica muri ukraine trump yasavyeko yobonana na kim jong un trump avugako korea yaruguru ifise missile zikomeye ariko kuri telephone ☎️ ntiyigera abatora 😁 arinda guca muri presidence yubushinwa kuko ngo amatelephone yomuri korea yaruguru vyaranse ko bavugana 🤣 ntamurongo uhari kuri america 🇺🇸

🛑president gustavo petro wa colombia 🇨🇴 yash*tse muri venezuela 🇻🇪 gukomeza ubucuti na madulo colombia ivugako igihugu cabo kibanyi venezuela bavuga n’ururimi rumwe ariko bamaze igihe kirekire badacana uwaka bakanagirizanya ko abatera akajagari bamwe bava kurundi ruhande kubera ugucanishwamo naba imperialist
pedro avugako igihe kigeze ibibihugu bisubire bibane mumahoro birinde karyanisha bihugu america

10/10/2025

vyihuta mali yafuse kahise kubufaransa mumashure yomwico gihugu mali kwitegeko ryigihangange assimi goita avugako bidakenewe kubandanya twiga kahise kumukoroni ninaho hava gusuzugugwa reka natwe duhe iteka dukuze ivyacu

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Moscow?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Address

Moscow