Emma2K
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Emma2K, Grocers, Nairobi, Kigali.
18/05/2026
🚨🚨Breaking News:
Ubusuma bo nubundi bugizi bwa nabi bwibonekeje mu myiyerekano yo kwiyamiriza iduzwa biciro ryigitoro:
Abatari bake bafashwe, Ama n Ama modoka vyaturiwe,
yogitoro yaturiwe, Bivugwa ko 4 bapfuye nubwo bitaramenyekana neza, Ama namaduka vyibwe, ...
Tukabamenyesha ko President wa kenya ataco arashikiriza kugeza ubu.
Bamwe bavuga ko imigumuko ibandanya gushika igitoro kigabanijwe ibiciro.abandi nabo bavuga ati bihagarare kuko birimwo ubugizi bwa nabi bukabije!
Tubandanya tubatohoreza ano makuru.Ntiwibagire gufyonda follow ubandanye uronka amakuru atohojwe neza.
🚨 Breaking News 🚨RABA ABARASHWE MURI COMENTS👇👇
Hari abitavye Imana mubuce butandukanye‼️‼️
Imyigaragamvyo irabandanya mu gihugu cose !Imirimo yose yahagaze,nta modoka nimwe irengan‼️‼️ Follow iyo page ntuje kure,amakuru akomeze kukugeraho.Ndabibutsa ko imigumuko ariyo kwiyamiriza iduzwa biciro kubitoro nubuzima buzimvye.abandi baririmba ngo Ruto Aveho .Murakeka biza guherera hehe??Nigike Kenya ikeneye Vyukuri??niki twosengera kenya??
: bivugwa kwari iryambere habaye nkiyi kuva ibaho!!aho aba ,nabagemdesha ama bose bagiye imbere.tubamenyesha ko ata nakamwe kariko karakorwa igihugu cose Nairobi co kimwe niyi miji yo mugihugu kibanyi ca Kenya bakaba bahagaritse akazi biyamiriza iduzwa biciro ryigito
arashoboye kuguhindurira uyu .Kuwa na ya
Ngiki icukwiye gusengera buri musi🗣️🙏🙏🙏
Abarundi bari muri 🇰🇪 🇿🇲 barihaye ibara‼️‼️‼️
Umviriza details mwiyi video👇👇
Mumfashe tubahanure
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Nairobi
Kigali
0000