Usa boys

Usa boys

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Usa boys, Artist, 4000Foundres Lane, Independence, KY.

05/15/2026

🚨📜🥱 Lamine Yamal 🇵🇸 : Inkuru ikomeje gukwirakwira ku mbuga ngurukanabumenyi ivuga ko Israel Katz, umushikiranganji w’ukwivuna abansi wa Israel, yaneguye cane umukinyi wa FC Barcelona, Lamine Yamal, inyuma yo kwerekana ibendera rya Palestine. 🇵🇸⚽

✍🏾 Mu butumwa yashize ku rubuga X, Israel Katz yavuze ko Yamal ariko “arakwiragiza urwanko no gushigikira ubutumwa bubiba intureka”, mu gihe abasirikare ba Israel bavuga ko bari mu rugamba rwo kurwanya Hamas. Yibukije kandi ibitero vy'igenekerezo rya 7 Gitugutu Mu mwaka uheze vyahitanye abantu benshi muri Israel. 😔

🤵🏻🎤 Katz yavuze kandi ati: “Umuntu wese ashigikira ubutumwa nk’ubwo akwiye kwibaza nimba ari ubumuntu canke indero.”

Yaciye asaba FC Barcelona gufata ingingo ikomeye kuri ayo majambo no kwitandukanya n’ivyo yise “gushigikira iterabwoba”. ⚠️

🔰 Ku rundi ruhande, abantu benshi ku mbuga ngurukanabumenyi bakomeje gushigikira Lamine Yamal, bavuga ko kwerekana ibendera rya Palestine ari uburyo bwo gushigikira abanyagihugu bari mu ngorane, atari ugushigikira intambara. 🌍

🤷🏾‍♂️ Wewe ubibona gute ⁉️
🤷🏾‍♂️ Lamine Yamal yagize neza canke nabi ⁉️

Photos from Usa boys's post 05/14/2026

Uguhura kwa Trump president wa American 🇱🇷 na Juping president wa china gukomeze kuvugisha abantu beshi kw'isi kuko nivyo bavuganye ntabwo biraza hanze.

Bamwe nabandi bariko bibaza ivyo bavuganye musomyi nkubu aba bagabo bihindukana nkubwireko isi yoba igiye mukaga.

05/14/2026

izo nzoga bita bangala naza kwike ngo zigira abantu imirambo bimeze gute ku bamaze kuzinwa 😄😂

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Independence?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Address

4000Foundres Lane
Independence, KY
41050