ALL PEACE
@Entrepreneur All peace
16/05/2026
๐ง๐ฎ : ๐๐ฆ๐๐๐๐ซ๐๐ง๐ ๐ ๐ฒโ๐๐ฆ๐๐ซ๐ฎ๐ง๐๐ข ๐ข๐ฆ๐ข๐ซ๐ข๐ฒ๐จ๐ง๐ข ๐๐๐ ๐ง๐ข๐ฒ๐จ ๐๐ก๐๐ฃ๐๐ฃ๐ ๐ค๐ฎ๐ซ๐ข๐ก๐ฐ๐ ๐งโ๐ข๐ฌ๐ก๐ข๐ซ๐๐ก๐๐ฆ๐ฐ๐ ๐ซ๐ฒโ๐ฎ๐๐ฐ๐ข๐ฌ๐ก๐ข๐ง๐ ๐ข๐ณ๐ข Assurance Agico Burundi ,๐ง๐คโ๐ข๐ง๐ฌ๐ก๐ฎ๐ฆ๐๐ฎ๐ฌ๐ก๐จ ๐ข๐ ๐๐ง๐๐ฐ๐ ๐๐๐๐๐๐ง๐๐๐ณ๐ ๐ ๐๐๐ซ๐ข ๐๐๐๐ง๐ฒ๐ฐ๐๐ง๐ฒ๐ข ๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐ฎ๐ซ๐ข๐ฒ๐ ๐ข๐๐ข๐ง๐ญ๐ฎ ๐ฏ๐ฒ๐๐๐จ ๐ฆ๐ฐโ๐ข๐ฌ๐จ๐ค๐จ ๐ฒ๐ ๐๐ข๐ง๐๐ฆ๐ ๐๐ข๐ญ๐ฎ๐ซ๐ฎ๐ญ๐ฌ๐ ๐ค๐ฎ ๐ฆ๐ฎ๐ซ๐ข๐ซ๐จ ๐ฐ๐๐๐ฎ๐ญ๐ฌ๐ ๐ข๐ ๐๐ง๐๐ค๐๐ซ๐๐ณ๐จ ๐ซ๐ฒ๐ ๐๐ ๐๐ฎ๐ฌ๐๐ฆ๐ ๐๐๐๐,๐ข๐ฆ๐ข๐ซ๐ข๐ฒ๐จ๐ง๐ข ๐๐๐ ๐ง๐๐ณ๐จ ๐๐๐๐๐ ๐ข๐ณ๐จ๐ณ๐ข๐ค๐จ๐ซ๐๐ฌ๐ก๐ ๐ฆ๐ฎ ๐ ๐ฎ๐ฌ๐๐ง๐ฎ๐ซ๐ ๐ข๐ฒ๐จ ๐ฌ๐จ๐ค๐จ.
โ๏ธ Muri izo nshumbusho zatanzwe, ishirahamwe AGICO ryahaye NYABENDA Padoni na KARENZO Styves umwe umwe imiriyoni 50 ,HAKIZIMANA Jean nawe yaronkejwe imiriyoni 10. Inyubako yโisoko yegukira Komine nayo yatanguye gusanurwa,AGICO ikazokoresha imiriyoni 433.
๐ฌ Inyuma yo gutanguza ku mugaragaro ibikorwa vyo gusanura isoko ya kinama hamwe nโitangwa ryโinshumbusho,umuyobozi mukuru wa AGICO,BANGURA Lucien,yagize ati :
โ Naho igisata cโubwishingizi mu Burundi cidogerwa nโabatari bake ,mwโishirahamwe ryacu AGICO, umunywanyi iyo ahuye nโimpanuka turamwironderera tukamusanga aho ari,nico gituma igihe ino soko ya kinama yaterwa nโumuriro,twaciye turungika abahinga bacu mu ntumbero yo kuraba ibiriko birononekara kugira tuzoce tubashumbusha vuba bwango โ.
๐ฅAssurance AGICO yazanye ubundi bwishingizi bushasha kubafata ingendo zโimiduga nโindege ( ) , yaje mu ntumbero yo korohereza abafata ingendo ndende ,ku bibazo vyoshobora gushika vyโindwara,amasanganya nโibindi.
15/05/2026
Aha wotora igiharuro cakangahe?
ALL PEACE
30/04/2026
Ndaramukije Abarundi n'abanya Rwanda tugire amohoro.
Cliquez ici pour rรฉclamer votre Listage Commercial.
Type
Adresse
Paris
PARIS