RapBusiness
Official page of Salomond presenter
06/04/2026
Comment
04/18/2026
Iki nico kizungerezi ingaragu igiye kwitamwo.
Aba benshi bavuze ko atagiye kworoherwa...
Ariko amatwi asumira ngo bigeze habi cane kuko uwo mudemu ngo yakundana n'uwundi.
None bahebanye mwoba mwuguce iki??
03/30/2026
Ubwo LinoG Umvukuri wibaza yoba arihe?? Canke yaciye aryama ntibamuburire irengero??🤣🤣🤣🤣🤣
get ready for the show Drama T and Lino G Umvukuri vont vous enjailler.
03/03/2026
Gutsinda ibitsindo 3 hama ntimuce murengana mwunguce iki? hoho mwashice kuki? 🤣🤣🤣🤣🤣
B-face On The'flo 😎😎😎
Turamukeje 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tubandanye tumukeza Mutama Evariste Ndayishimiye indirimbo ngiyo👇🏾 https://youtu.be/wnjBRcR1hYM?si=M-fL1NdVA0fHCenM
Click here to claim your Sponsored Listing.