Joyful Image
Film ziryoshe cane z'Urukundo❤ Gira Follow
Kuki murukundo dutinya kubabara ariko tukababaza abandi 😭😭😭 ICAMWA C'URUKUNDO yose link muri commentaire 👇
Murare neza
14/06/2026
Ntimurabakunzi banje gusa ahubwo muri intwari zanje, Abami n'Abamikazi, muri umugisha Imana yanyihereye, muri impamvu ituma mvyuka nishimiye ivyo nkora mugaha intumbero urugendo rwanje muri iyi isi. Merci kuri mwebwe muha agaciro umuruho ngira mukanyereka ko ntaruhira ubusa kandi ko ntari jenyene.
Kuri mwese mwahisemwo kungaragariza no kugaragariza isi ko mushigikiye ibikorwa vyanje, kuri mwese mudahengeshanya kungaragariza urukundo simfise amajambo nokoresha ngo nsobanure ubwinshi bw'agaciro mufise kuri jewe ...NDABAKUNDA ❤! Merci kuri subscribe, like na commentaire. Kuri wewe umfasha kumenyesha abandi ibikorwa vyanje haba gukora partage n'ibindi Ndabubaha cane.
Imigisha Imana yageneye kino gikorwa ishishikare kubasesekarako nkimvura idahita, ntaco nshoboye ntabafise, nimwebwe mungira.
Mukomeze kudushigikira, YouTube yacu yitwa JOYFUL IMAGE FILMS, link muri commentaire. Abatarakora follow muyikore hano kuri page. Vuba turaje nibikorwa vyiza cane. Gahunda ni kugurukana namwe Abakunzi banje mubicu ntimuvyibagire, love you 😍
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the public figure
Telephone
Address
Dubai