ELVIS EDITH
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from ELVIS EDITH, Public Figure, Carama, Buganda.
09/02/2026
๐ง๐ฎ๐ฅ Icamamare Kirikou A Kili Ahejeje Kwandika Kurubuga Rwiwe Rwa Facebook Ati : Igihe Nari Muri Stade Intwari ๐๏ธ Sinibagiye gusabira nโIgihugu canje gikomeze gutera imbere nogukomeza gukomera nkamabati ya Superbat Burundi ๐คฒ๐พ
Kinogihe Uburundi Buzima Ntahandi Hizewe Wogurira Amabati Yokwubaka Atari Muri SUPERBAT ๐๏ธ ๐ฅ
Niho Hantu Bagufitiye Amabati Akomeye Yubwoko Bwose Kandi Atagorana Gusakara Ikindi Kandi Baracari Kuri Promotion Kumabati Yubwoko Bwose Ndetse N'Imisumari โ
๐บ Usigajiki Kugira Nawe Wubakishe Ibikoresho Vyo Muri SuperBat? Uriko Urasigwa Namajambere ๐ฅ๐ฅ๐ฅ
09/02/2026
mpamva Drama T Yasohoye Ntagatima๐๐คฃyara yamaze kubonako Mo'W Kanzie agira arongorwe jew niko nibaz wew wibazako ntagatima yasohoste ukonyen ๐โ๏ธ๐คฃ
08/02/2026
๐ง๐ฎ๐ฅ Ayarenga 100 Niko Gaciro Kimodoka ๐ Unomusore Yipfuje Kugurira Unomwigeme Inรจs Raguรซl Mugihe Yokwemera Bakaja Murukundo โค๏ธ Ndetse Bakitegurira Kubana Nkumugore Wiwe!
Umusore Azwi Cane Kumbuga Kwizina Rya "ICAMAMARE MARCUS" Asanzwe Adandaza Imiduga ๐ Hano Kubutaka Bw'uburundi ๐ง๐ฎ Inyuma Yo Gufata Urugendo Rwo Kuja Mubu Chinwa Agaca Tanzania ๐น๐ฟ Akabonana Nunomwigeme Ngo Vyatumye Yumva Amukunze Cane Kuburyo Yipfuje Ko Yonamubera Umugore ๐
Uno Musore Icamamare Marcus Agira Ati: Kumwe Yokwemera Kuba Uwanje โค๏ธ Nditeguye Kuca Ndamugurira Imodoka Yogutemberamwo Kandi Nziza ๐คฉ Irenza 100M .
๐บ Wibazako Arigiki Catumye Amukunda Cane Naburya Baheruka Kubonana? ๐๐ค
๐บHoho Ubona Baberanye? Ubona Ines Azomwemerera? Naburya Hajemwo Nivyimodoka ๐
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
Carama
Buganda
011233