Inyomvyi
Kurikirana ibigezweho mu Myidagaduro, Siporo, Imideri, kuri www.inyomvyi.bi
08/05/2026
Inyuma ya Reka Shaa Remix, D One yaduhaye ikiganiro! Kirikou yamusavye ko?
Umviriza bihagije https://youtu.be/3wYisISLKIE
30/04/2026
Barasabwa kuzirikana neza ivyo bajejwe kurangura mu ntumbero yo gushimangira imbonakazoza y'igihugu
Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu C'Uburundi, Evariste Ndayishimiye, yahurije hamwe indongozi zose zikorera mu ntara ya Gitega, kur'uyumusi itariki 30 Ndamukiza 2026. Inama yabahuje, ikaba yari yitabiriwe n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n'umutekano.
Buramatari w'intara ya Gitega, Liboire Bigirimana, yahaye ikaze abari bitabiriye iyo nama, abashikiriza ko umutekano n'amahoro vyifashe neza mur'iyo ntara, mbere ngo n'abenegihugu bakaba bari mu bikorwa vy'iterambere bibaganisha ku mbonakazoza. Liboire Bigirimana, yashikirije ibitari bike bari gushira mu bikorwa, mbere ashikiriza ivyo bagenda baronka nk'ivyegeranyo mu bikenewe n'abenegihugu harimwo nk'amazi, umuyagankuba, ibitaro, amashure n'ibindi..
Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu C'Uburundi, yashikirije ko iyo nama ariyo guhanahana ivyiyumviro kugira ngo indongozi zironswe intumbero nshasha yo kuja ku kivi na rirya ziheruka kwinjira mu mabanga, mu ntumbero yo gushika ku mbonakazoza, ngo kuko imigambi itegerezwa kwisunga icerekezo c'imbonakazoza.
Inkuru dukura ku mbuga hwaniro z'Insamirizi n'Imboneshakure ya Repubilika y'Uburundi (RTNB)
07/01/2026
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Gitega