Predication Of Cross Ministry
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Predication Of Cross Ministry, Religious organisation, Gitega.
28/11/2025
*🇧🇮🇧🇮BURUNDI BURUNDI🇧🇮🇧🇮*
IKI N'IGIHE C'IKANGURO‼️
Umukozi w'Imana adasanzwe *Archibishop DAG HERDWAD-MILLS* yatugendeye:
⛔Niwe mukozi w'Imana afise amashengero menshi kw'isi.
⛔Azwi cane ku bitabo vyiwe yanditse, vyazanye impinduka m'ubuzima bw'abarongozi benshi kw'isi.
‼️Woba uri umukozi w'Imana?
‼️Woba uri umurongozi?
‼️Woba ukeneye kubaho ubuzima ru kristo bufise intumbero?
‼️Woba ukeneye kuvumbura intumbero y'Imana k'ubuzima bwawe?
☎️Iyandikishe kur'izi numéros nimba ukeneye kuzoba mur'ico gikorane : +257 66 50 49 71, +257 62 28 74 27
⚠️M.N:
- Ibibanza biraharuye‼️
- Umuntu wese azinjira afise i ticket ‼️
- Kugira uronke i ticket uriyandikisha kuri'izi numéro twatanze aha hejuru‼️
- I ticket izokwinjiza mur'ico gikorane uyironka kuri 5000Fbu.‼️
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the place of worship
Telephone
Website
Address
Gitega
Opening Hours
| Monday | 06:00 - 23:59 |
| Tuesday | 06:00 - 23:00 |
| Wednesday | 09:00 - 17:00 |
| Thursday | 06:00 - 17:00 |
| Friday | 09:00 - 17:00 |
| Saturday | 09:00 - 17:00 |