Association Incuti ya bose

Association Incuti ya bose

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Association Incuti ya bose, Business service, Gitega.

17/03/2023

Ishirahamwe risaba ko hakwiye kujaho ugusuzuma ingene amafaranga yagenewe imigambi akoreshwa, hakajaho n'umurwi w'igihugu ugizwe n'abahinga bajejwe kugenzura ibijanye n'ubutunzi bw'Igihugu. Kurikira Faustin NDIKUMANA arongoye PARCEM

17/03/2023

Uburundi ngo burakeneye Igitabo bita "Programme d'Investissement Public " cerekana ibikorwa Reta itegerezwa gukora ku mwaka hamwe n'amafaranga bizotwara. Ivyo ngo vyofasha gukorera mu muco n'ukurwanya ubunyonyezi. Bishikirizwa na Faustin NDIKUMANA arongoye Ishirahamwe

07/03/2023

Lino G kuva kuri Saint Valentin yambara noir rouge/ kumenyekana bituma bampa ubuzima ntabayeho/

Want your business to be the top-listed Business in Gitega?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Telephone

Website

Address


Gitega