Ucode-Microfinance
UCODE-MF est une Institution de Microfinance agréée par la Banque de la République du Burundi pou
07/03/2025
*ITANGAZO KU BANYWANYI*
------------------------------
MUNTUMBERO Y'UKWIRIMBURA,NUGUTEGURA NEZA IBIKORWA VY'UMWAKA WA 2025, ISHIRAHAMWE UCODE-MF IRAMENYESHEJE ABANYWANYI BAYO KO KU MUNSI WA GATANDATU IGENEKEREZO RYA 8 NTWARANTE 2025 AMASHAMI YARYO YOSE AZOBA YUGAYE KIRETSE ISHAMI RYA NGOZI(Siège )RIZOKWUGURURA KUVA ISAHA ZITATU Z'IGITONDO KUGEZA ISAHA UMUNANI Z'UMUHINGAMO.
RIRAMENYESHEJE KANDI KO UBUHINGA BWA NONE UCODE CASH NA UCODE IWACU BUGUMA BUKORA UMWANYA WOSE.
TUBONEYEHO KUBASHIMIRA KU C'IZERE MUKOMEZA KUTUGIRIRA,TUKANABIPFURIZA KUGIRA UMUNSI MUKURU MWIZA W'ABAKENYEZI.
IMANA IBAHEZAGIRE _
*UBUYOBOZI BWA UCODE-MF*
24/12/2024
UCODE-MF Vous souhaite Un Joyeux et les Meilleurs Vœux de 2025!!!!!
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Gabiro
Ngozi
134
Opening Hours
| Monday | 07:30 - 17:30 |
| Tuesday | 07:30 - 17:30 |
| Wednesday | 07:30 - 17:30 |
| Thursday | 07:30 - 17:30 |
| Friday | 07:30 - 17:30 |
| Saturday | 11:00 - 15:00 |
| Sunday | 09:00 - 13:00 |