FOFO

FOFO

Share

welcome to the OFFICIAL page of African Media.

OPTIMUM MISSION | Burundian Action/Super Hero Short Film | Capital Frames 07/07/2023

https://youtu.be/Ay0y-BLV0EA

OPTIMUM MISSION IS OUT NOW🔥🔥. Watch, Subscribe,comment and Share.

Iyi mpano iraruenze p*e. Film y'abazungu babirabura.

OPTIMUM MISSION | Burundian Action/Super Hero Short Film | Capital Frames Optimum Program is an action short film made in Burundi by the Independent Production Company: Capital FramesWritten and Directed by: Naam BeckerDirector of...

04/21/2023

The Alien w'i Burundi

03/15/2023

DRAMA T BIRASE GOSE NONEHO.

Photos from FOFO's post 02/25/2023

🔴Barayamaze bati "isase riva ku cuma"barongera bati:impfizi y'intama itendera nka se".

📌N'Umuhinyanyuzi Joel Houghton umuhungu avyarwa na Docteur Justin Baransananikiye yigeze kuba ari muri Orchestre Nationale du Burundi aho hambere

📌Docteur Justin Baransananikiye niwe munyamuziki afise impamyabushobozi ya Doctorat mu Burundi akaba asanzwe afise n'ishuri kaminuza ryigisha umuziki mu ntara ya Gitega.

📌Joël Houghton nawe akaba asanzwe ari umwe mu bahinyanyuzi bakomeye mu Burundi akaba ari n'umuhinga adasanzwe mu kuvuza igicurarangisho bita piano akaba yamenyekanye ku ndirimbo "Madamu" ya Drama T n'izindi..

Bompi bakaba ari abanyamuziki bakomeye mu gihugu c'Uburundi.

Iyi nkuru mwari muyizi?

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Montreal?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


Montreal, QC