Mukungu Star FC
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mukungu Star FC, Sports Club, Mukungu, Burundi, Toronto, ON.
04/18/2021
Primus League: Uko imirwi yatsindanye hamwe nuko isumbana amanota, indwi ya 26.
Primus League: Uko imirwi yatsindanye hamwe nuko isumbana amanota, indwi ya 26. Uko imirwi yatsindanye inkino zose zakinywe kuva kuri uyu wa gatanu gushika kuri uyu wa gatandatu. Kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 17.04.2021. Bumamuru FC 2-0 Rukinzo FC Aigle Noir CS 1-0 In…
04/16/2021
Primus League: Ratiba ya wiki ya 26 ya ligi kuu Burundi.
Primus League: Ratiba ya wiki ya 26 ya ligi kuu Burundi. Ligi kuu inchini Burundi yaelekea kufikia tamati ambapo kunasalia mechi 5 kwa kila timu ili ligi lifikie tamati. Hii ijuma na ijumamosi Primus League itakua imeingiya katika wiki yake ya 26 katika…
04/16/2021
Umurwi wa Rutsiro FC wasinyishije Ndarusanze Jean Claude.
Umurwi wa Rutsiro FC wasinyishije Ndarusanze Jean Claude. Umurwi wa Rutsiro FC uherutse kuduga mu cicaro ca mbere mugihugu c’Urwanda wasinyishije umusatirizi w’Umurundi Ndarusanze Jean Claude batazira « Lamba Lamba ». Ndarusanze Jean Claude Lamba Lamba …
04/15/2021
Musongati FC : Rukundo Jean De Dieu amekabidhiwa tunzo lake.
Musongati FC : Rukundo Jean De Dieu amekabidhiwa tunzo lake. Mwalimu wa timu ya Musongati FC ya mkoa wa Gitega, alikabidhiwa tunzo lake la BCM Burundi k**a mwalimu bora wa mwezi februari katika ligi kuu Burundi Primus League. Ilikua hiyi ijumapili katika uwa…
04/12/2021
Primus League: Matokeo na msimamo wiki ya 25 ya ligi kuu Burundi.
Primus League: Matokeo na msimamo wiki ya 25 ya ligi kuu Burundi. Wiki ya 25 ya ligi kuu inchini Burundi maarufu Primus, ni kwamba timu ya askari Polisi Rukinzo FC ambayo ipo katika mbio za kuwania ubingwa iliishinda timu ya Olympic Star kutoka mkoani Muyinga m…
04/11/2021
: Uburundi buzotana mumitwe na Misiri.
#Burundi #Football: Uburundi buzotana mumitwe na Misiri. Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi, Intamba Murugamba uzotana mumitwe n’umurwi userukira Igihugu ca Misiri Les Pharaohs mu rukino rwakivandimwe rutegekanijwe, igenekerezo rya 3 ruheshi 2021, rukazob…
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Culinary Team
Attire
Website
Address
Mukungu, Burundi
Toronto, ON