Stevich PIX

Stevich PIX

Teilen

..🤏😎Au de là de tout,il y'a un DIEU🤞

23/01/2026

...📡

02/11/2025

Victorious ¤ team 🫰

31/10/2025

___💨

Photos from Stevich PIX's post 26/10/2025

___Kubera iphotos z'umwalabu muca mubona kuburundi aribwiza😀😀
...Izi zafotowe na Docomo📱,none mubona gute iyaba dufise birya vyuma vyabo naho??😃😃🤭

🇧🇮

13/10/2025

Exod11 Pro ,J'enleve le chapeau🫡

13/10/2025

____📌

11/10/2025

__

11/10/2025

___Mwiriwe canke mwaramutse bivanye naho muherereye🙌

⚠️Juste nashaka dukeburane kuko numero z'abantu benshi zaheze bazugara kuma app ya Whatsapp❌

♻️Muti bigenda gute kugira bakwugarire numero yawe??_____Gumana nanje 5/5
----------

1️⃣Har'igihe ushaka guhindura fone.Ubwambere wahora ukoresha Whatsapp messenger,uhinduye fone ugaca ushaka gukoresha Iyindi Whatsapp nka Whatsapp business par exemple......Directement numero yawe iciba blocked ubutarariye🤣🥱

2️⃣Ikindi kintu kibitera,mugihe application ya Whatsapp yawe yaheze (itakiri à jour) ugaca ushaka gukoresha iyindi app itandukanye niyo wahorana.ugishiramwo ya numero yawe iciba blocked automatique😢🤦🏿‍♂️

🛜Comme solution,irinde kuguma uhandagura ama Applications ya Whatsapp kuko naho zose zitwa Whatsapp ntizisa‼️‼️

Nimba wahora ukoresha Whatsapp messenger uhinduye fone shiramwo iyonyene.Nimba wahora ukoreshaa Whatsapp business,uhinduye fone shiramwo iyo nyene.

🔰Mugihe ubikoze bikanka naho, mpamagara ndahari dufashanye💯

Stevich PIX 📲🛜

27/09/2025

...🪇

Stevich PIX

19/09/2025

°°°Eeeeh😀😊

Wollen Sie Ihr Service zum Top-Medienfirma in Geneva machen?
Klicken Sie hier, um Ihren Gesponserten Eintrag zu erhalten.

Kategorie

Telefon

Adresse


Geneva