Kizzon
Star Afrobeat ๐๐ฅ ABARUNDI BARASHOBOYE NITWAKUNDA UMUZIKI WACU NTAKIBUZA UZOTERA IMBERE
19/03/2026
๐จ๐ฅ BIRASHIKA MU MIZIKI NDUNDI! ๐ฅ๐จ
Abasore babiri mwari musanzwe muzi ko bakora umwe umweโฆ
DANNY na JAZZ ๐ค๐ฅ
๐ Ubu bahisemwo gufatanya ku mugaragaro kugira bahindure ibintu mu muziki!
๐ง Indirimbo yabo nshasha yitwa iri mu nziraโฆ
kandi ukuri ni kumwe ๐ IZOZA ISHIRA IBINTU AHANDI! ๐ณ๐ฅ
๐ฅ Umudiho mushasha
๐ฅ Energy idasanzwe
๐ฅ Collaboration izovugisha benshi
โณ COUNTDOWN YARATANGUYEโฆ
Witegure ikintu gikomeye cane!
๐ SHARE ๐
๐ COMMENT ๐ฌ (tubwire ico witeze kuri )
๐ FOLLOW kugira ntuzocikwe! Link Youtube:
https://www.youtube.com/
Page Facebook : &JazzOfficial
๐ง๐ฎ๐ฅ
14/02/2026
Aya majambo nturare utayabwiye umukunzi wawe kuri uyu musi wa :
"Gufata ikiganza cyawe ntabwo ari ikimenyetso gusa, ni isezerano rikomeye ryo kutazigera umbura ngo unkumbure. Ndagusezeranya ko mubihe byiza nโibigoye, ukuboko kwanje kuzaguma mu kwawe. ๐โค๏ธ "
14/02/2026
Nagupenda mpenzi wee mpenzi wee ya....nda ๐ฅฐ๐
coming Soon...... 80% NI Peace
WIZZO GROUP NI ABA JEUNES BABARUNDI BAGIYE HAMWE BAKINA FILM ZIRYOSHE..!!!!
UKENEYE KUZOZA URAZIRABA NGIYI LINK YA YOUTUBE :
https://youtube.com/watch?v=BEjVFA4Q7II&si=XSM6L5EcbmWRPQ2k
Justin cabarsa
17/01/2026
Aha abatankunda baza kuvuga kari A.I ๐๐๐ Kellyna babwire...!!! ๐๐ฅฐโค๏ธ
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the public figure
Telephone
Website
Address
Nairobi