Poutine Burundi
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Poutine Burundi, Legal, Москва, Кремль, Moscow.
20/03/2025
🤔Bamwe bati yoba yibuka Ko ari umurwizatunga...❗
______________________
✍🏿Ni N'Golo Kanté Kuva ash*tse Bamako muri Mali benshi bavugako imyambarire yiwe iteje uruhagarara.
N'Golo Kanté yasize abakoresha imbuga ngurukanabumenyi bumiwe biturutse kukwicisha bugufi kwiwe kurenze.
📌 Twobamenyesha Ko muvyo yambaye atakintu c' Ishirahamwe rizwi nka Nike, Puma, n' ayandi mashirahamwe azwi kw' Isi carimwo, ikindi kandi ntamuntu amucungera umutekano yari afise bitandukanye cane n' ukwo abandi bakinyi bagenzi we babikora baje muri Afurika.
Tubibutse ko ahembwa amahera arenga imiriyaridi 80,4 mu mafaranga y'amarundi (plus de 80,4 milliards fbu) ku mwaka mu murwi wiwe wa Al ittihad.
30/08/2023
🔴 Ibihuha n'Ivyinshi ku mukuru wa Wegner ngo yibereye muri AFRIKA🏃🏃🏃🏃🏃🏃
Ayo Mafoto ntawuzi iyo ariko arazukururwa .
Twobibutsa ko uyo mugabo afatwa nnk'intwari ariheruka kugwa ku rugamba uburusiya burimwo rwo kubohoza Ukraine
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Москва, Кремль
Moscow