Yo maps
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Yo maps, College & University, Chilenje.
27/10/2023
Birababaje cane ingwara iteye ubwoba nimba ufise umutima nawe gira icufashije uyumuvyeyi amagara amukitse kubw'Indwara itazwi yamufashe gushika aho amaso asa nkayari hejuru.
Umushingantahe wiwe RUBERINTWARI_Moise yatwiganiwe uko vyatanguye ati:"Twari tumaze amezi abiri tugize mariage,niho haza akavyimba gatoya gaca kagenda gakura gushika aho aja kwa muganga baramufasha ariko nta nyishu biratanga.
Twahavuye dusanga yibungenze,abaganga barakoze ibishoboka vyose baritaho amagara yiwe y'ikibondo cari mu nda be na nyina nubwo mu maso yari kumisonga"
Inkuru yose uyisanga ngaha:
https://newlevelsite.blogspot.com/2023/10/inyuma-yamezi-abiri-agize-mariage-uku.html
Wipfuza kumufasha
Ku bantu bari hanze,Kumushigikira uca ngaha: https://gofund.me/03aa0ae3?fbclid=IwAR1qrqFxpX2sgbKJSRASZeOyrZuFXm7VSpfdWDMLXO_2bADdsunC3jU1QV0
Kubari mu Burundi,Lumicash yiwe ni:68 816 381(Ruberintwari Moise)
Compte ya Coopec:15261(Ruberintwari Moise)
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
Chilenje