Moon Tv
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Moon Tv, Education, Masauko Road, Lusaka.
14/04/2023
🛑Yitwa " " ni umukinyi akinira umurwi wa ⚽ hariya mugihugu c'Ubufaransa.
Rero ugukunda umuvyeyi wiwe cane nivyo bimukijije kuko ubutunzi bwiwe yarabutakaje icamaso.🥺
None Uti rero ngo vyagenze gute⁉️⁉️
Isomere nawe:👇👇👇
🛑🚨Umugore wa ACHRAF HAKIMI yagiye m'ubutungane gusaba gatanya aho yashaka ko yoca ahabwa kimwe ca kabiri civyo Hakimi atunze vyose.(Kuko muraziko iyo habaye gutandukana umugore n'umugabo biciye mumategeko baca bagaburira hagati itunga ryose bari bafise)
Rero umukinyi Hakimi asanzwe ari umwe mu bakinyi ba mbere bahembwa amahera menshi muri Ligue 1 mubufaransa!Ahembwa Imiriyoni y'amayero irenga Ku kwezi!! (Ni amafaranga menshi cane uyashize mumarundi)
Uwo mugore yari yibaza ko atomboje...ariko bash*tse muri sentare basanze Hakimi ata kintu na kimwe atunze, No muri konte ya banki atakiriyo....muri make agaragara hose🤔
Ikiriho kandi cemezwa nuko uyu mukinyi ubutunzi bwose yaronka yavyandika kuri Mama wiwe, umugore ntihagire ico amenya .
Mumyaka indwi bari bamaranye uyu mugore yabimenye arukwo Sentare imubwiye kw'uyu mugabo ataco afise arumukene 🤔
Uyu mugore kandi arusha imyaka 13 Achraf Hakimi.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the school
Telephone
Website
Address
Masauko Road
Lusaka